Sunday, 12 October 2014

Amashirahamwe yigenga akorera kuri kiriba ondes yandikiye ibaruwa Ban Kin Moon


Amashirahamwe yigenga akorera kuri kiriba ondes yandikiye ibaruwa Ban Kin Moon
Nyuma yaho kuri Kiriba hagaragariye ingabo z'Uburundi bikaza kwemezwa n'umuryango
mpuz'amahanga ushinzwe kugarura no kubungabunga amahoro muri congo MONUSCO ndetse
byemezwa kandi n'umuvugizi w'igisirikare c'uburundi
Amakuru atugeraho aravuga yuko izi ngabo zatangiye gusubira iwabo nyuma y'urusaku rwinshi
rwakozwe n'abaturage batuye kuri kiriba ndetse bikaza gushigikirwa n'amashirahamwe yigenga akorera kuri kiriba ondesKumurongo wa telefoni imurenge kundondo niheza imaze kuvugana n'uhagarariye amashirahamwe
yigenga akorera kuri kiriba bwana David Ombeni ya dutangarije ko bafatikanyije n'abandi baturage
bamaganye bivuye inyuma ingabo z'uburundi zari zimaze iminsi kubutaka bwa congo kuri kiriba, bwana
Ombeni yanavuze kandi ko bandikiye umunyamabanga wa UN Ban kin moon bamwereka ingorane aka
karere gafite kabaye isibaniro ry'imitwe yitwaje intwaro bamusaba kugira uruhare rwo kumaraho iyo mitwe
Yanditswe 07/10/204

No comments:

Post a Comment