Monday, 27 October 2014

IFUNGURWA RYUMUKOZI WIMANA MU BURUNDI

Serukiza

intumwa y'Imana serukiza sosthene yakuwe mwibohero ariko yirukanwe kubutaka bw'igihugu c'uburundi
\inkuru itugezeho ubu iravuga ikurwa mwibohero ry'umukozi w'Imana serukiza sosthene nyuma y'iminsi 
igera kuri 7 uyu mukozi w'Imana ari mwibohero ahantu gatari hazwi, biravugwa ko ahaganakugicamunsi 
c'uyu wakazirimwe 16H z'umugoroba nibwo intumwa y'Imana sosthene serukiza yarekuwe agakurwa muburoko
nkuko tubikesha mugenzi wacu uri ibujumbura yavuze ko ngo pastor serukiza akimara gukurwa 
mwibohero yabwiwe ko agomba kuva kubutaka bw'uburundi vuba byihuse ubwo ntakindi bakoze ngo 
bamwurije imodoka hamwe n'umuryango we bamwerekeza kumupaka wa kavimvira, kugez'ubuntituramenya aho yaraye
tubibutse yuko leta y'uburundi itigeze ishira ahabona ibyo uyu mukozi w'imana aregwa, nubwo benshi bemeza ko ngo yaba azira guhungabanya umutekano w'igihugu ariko ntagihamya cab
turakomeza kubikurikirana ibindi kuriyi nkuru ni mumakuru yacu yubuta
Yaditswe na RUSHOMBO. freddy  27/10/2014

No comments:

Post a Comment