Sosthene Serukiza araye mwibohero mBujumburuaazira umujyi wa amahanuzi yahanuriwe mwikanisa rya Guerison des Ames
Amakuru ababaje aturuka ibujumbura mugihugu c'Uburundi aravuga itabwa muri yombi ry'Umukozi w'Imana akaba n'Intumwa y'Imana Serukiza Sosthene watawe muri yombi n'igipolisi c'uburundi biravugwa ko ahagana satanu zamanwa nibwo bamwinjiranye mubiro bye batangira gusopa ibyo biro imbere n'inyuma hasi no hejuru ariko ntakintu bigeze bakuramwo, ahubwo ico bakoze bamwurije umuduga wabo baramujana biza kugeza isazibiri zijoro abantu bataramenya irengero ryiwe, nyuma ya sambiri nibwo polisi yigihugu ibinyujije kuri RPA radiyo yabanyagihugu yemeje ko sosthene yafashwe na polisi ndetse yemeza ko araye mwibohero
Imurenge Niheza igerageje kubaza muri bamwe bakora muri leta y'uburundi ico uyu mukozi w'imana yaba azira, benshi bavuze ko ngo kubera ubwumvikane buke cane buri hagati y'urwanda n'uburundi arazira amahanuzi yahanuwe nabashitsi baherutse kuva irwanda baje biyita abakozi bimana naho ngo ikigaragara co bari intumwa z',urwanda icaje kugaragara ngo namahanuzi bahanuye yogusebya uburudi nabarundi bikomeye
tubibutse yuko iki gihugu cuburundi murino minsi kitahaye gicana uwaka n'urwanda ahani kukwitana ba mwana kumirambo yagaragaye mukiyaga ca rweru mukwezi gushize
uyu mukozi w'imana ahanini arazira kwakira no gushigikira izontumwa zurwanda' biranavugwako murizo ntumwa zavuye irwanda ngo harimo abanyamurenge uko niko polisi y'uburundi ivuga
turakomeza kubikurikiranana
ubwanditsi nagatatu 22/10/3014 na Rushombo Freddy
No comments:
Post a Comment