
Muri uwo mubonano, Papa yavuze ko ibiganiro hagati y'amadini atandukanye bigoye ngo ariko ni ivya nkenerwa.
Afatiye
ku bitero vyahitanye benshi vyagabwe n'abarwanyi ba ki Islam kw'isoko
rya kijambere rya Westgate na kaminuza ya Garrisa, yavuze ko izina
ry'Imana ritagomga gukoreshwa mu mvo z'ubwicanyi.
Hagati aho hariko haraba inkuka y'imisa isomwa na Papa Francis kuri kaminuza ya Nairobi.
Umutekano uracungerewe cane, abapolisi n'abasirikare bakaba baje gufasha gusaka abantu baje mw'iyo misa. tuyikesha. bbc gahuza miryango
No comments:
Post a Comment