Thursday, 23 October 2014

ibu jumbura ifungwa ryintumwa sosthenee

Sosthene Serukiza araye mwibohero mBujumburuaazira umujyi wa amahanuzi yahanuriwe mwikanisa rya Guerison des Ames
Amakuru ababaje aturuka ibujumbura mugihugu c'Uburundi aravuga itabwa muri yombi ry'Umukozi w'Imana akaba n'Intumwa y'Imana Serukiza Sosthene watawe muri yombi n'igipolisi c'uburundi biravugwa ko ahagana satanu zamanwa nibwo bamwinjiranye mubiro bye batangira gusopa ibyo biro imbere n'inyuma hasi no hejuru ariko ntakintu bigeze bakuramwo, ahubwo ico bakoze bamwurije umuduga wabo baramujana biza kugeza isazibiri zijoro abantu bataramenya irengero ryiwe, nyuma ya sambiri nibwo polisi yigihugu ibinyujije kuri RPA radiyo yabanyagihugu yemeje ko sosthene yafashwe na polisi ndetse yemeza ko araye mwibohero
Imurenge Niheza igerageje kubaza muri bamwe bakora muri leta y'uburundi ico uyu mukozi w'imana yaba azira, benshi bavuze ko ngo kubera ubwumvikane buke cane buri hagati y'urwanda n'uburundi arazira amahanuzi yahanuwe nabashitsi baherutse kuva irwanda baje biyita abakozi bimana naho ngo ikigaragara co bari intumwa z',urwanda icaje kugaragara ngo namahanuzi bahanuye yogusebya uburudi nabarundi bikomeye
tubibutse yuko iki gihugu cuburundi murino minsi kitahaye gicana uwaka n'urwanda ahani kukwitana ba mwana kumirambo yagaragaye mukiyaga ca rweru mukwezi gushize
uyu mukozi w'imana ahanini arazira kwakira no gushigikira izontumwa zurwanda' biranavugwako murizo ntumwa zavuye irwanda ngo harimo abanyamurenge uko niko polisi y'uburundi ivuga
turakomeza kubikurikiranana
ubwanditsi nagatatu 22/10/3014 na Rushombo Freddy

ifungwa ryi ntumwa y Imana sosthene

















Intumwa y'Imana Serukiza Sosthene ibyo ba murega ese bishobora kuba intandaro yo kwirukanwa
kw'Abanyamurenge mumujyi wa Bujumbura? soma wumve

Ibitangazamakuru bitandukanye byo mumujyi wa bujubura ubu ntakindi kiriho kivugwa n'itabwa muri 
yombi ry'umukozi w'Imana sosthene umaze iminsi2 mwibohero yagirizwa gukoresha imvugo 
itarashimishije abayobozi bakuru b'igihugu c'uburundi abinyujije munyigisho z'ijambo ry'imana, hari kandi 
n'amahanuzi yahanuye avuga ko generale wa documentation ngo niwe uzahitana petero nkurunziza
Amakuru y'ukuri atugeraho aravuga ko niposho mbere yuko sosthene atabwa muri yombi, perezida 
Nkurunziza yari yahamagaye umwe muba pasiteri babanyamurenge amubwira ko inama y'igihugu 
yateranye iriga yuzuza ko abanyamurenge bose bagomba kubirukana abafite ibyangombya by'ubuhunzi 
bakaja mumakambi abatabifite bagasubizwa i congo, ati kubera ko bivanze na politiki itabareba , nyuma 
bukeye bwaho nibwo sosthene yaje gufungwa
Kugez'ubu mumujyi wa buja hari umukwabo cane wibasiye abanyarwanda bahatuye

YANDITWE NA RUSHOMBO Feddy











Intumwa y'Imana Serukiza Sosthene ibyo ba murega ese bishobora kuba intandaro yo kwirukanwa 
kw'Abanyamurenge mumujyi wa Bujumbura? soma wumve
Ibitangazamakuru bitandukanye byo mumujyi wa bujubura ubu ntakindi kiriho kivugwa n'itabwa muri y
ombi ry'umukozi w'Imana sosthene umaze iminsi2 mwibohero yagirizwa gukoresha imvugo 
itarashimishije abayobozi bakuru b'igihugu c'uburundi abinyujije munyigisho z'ijambo ry'imana, hari kandi 
n'amahanuzi yahanuye avuga ko generale wa documentation ngo niwe uzahitana petero nkurunziza

Amakuru y'ukuri atugeraho aravuga ko niposho mbere yuko sosthene atabwa muri yombi, perezida N
kurunziza yari yahamagaye umwe muba pasiteri babanyamurenge amubwira ko inama y'igihugu 
yateranye iriga yuzuza ko abanyamurenge bose bagomba kubirukana abafite ibyangombya by'ubuhunzi 
bakaja mumakambi abatabifite bagasubizwa i congo, ati kubera ko bivanze na politiki itabareba , nyuma 
bukeye bwaho nibwo sosthene yaje gufungwa
Kugez'ubu mumujyi wa buja hari umukwabo cane wibasiye abanyarwanda bahatuye

Friday, 17 October 2014

elbethel ministry mundirimbo amahoro agaze

Amahor
o Naganze" Amahoro Naganze"" by El_bethel Ministries

Umuryango w'ivugabutumwa ukorera mubihugu byo mukarere kibiyaga bigari El_bethel ministries 
wateguye igiterane kinini cane co gushira cassette yabo kumugaragaro bise Amahoro NaganzeKomite 
nyobozi ya El_bethel Ministries iranganjwe imbere n'umuvugizi wabo Mpogazi Jeremie bashimye ko iki 
giterane kigomba kubera mugihugu c'Urwanda mu karere ka Rubavu (ku Gisenyi) mwikanisa rya Blessing 
Church riyobowe n'umukozi w'Imana Past Kiraga
Uyu munsi wagatanu guhera 16h z'Umugoroba nibwo igiterane cafunguwe kumugaragaro kikazasozwa 
niyinga kuminsi 19/10/2014
Tubibutse yuko muri iki giterane catumiwe mo abashitsi batandukanye bazava mubihugu nka Urwanda, 
Uurundi,DRC ndetse na Uganda, muri iki giterane kandi kirimo umukozi w'Imana MANEZA hamwe 
n'abahanzi bakunzwe muri iki gihe Ngoma na Patrick
Abakunzi b'umurya w'Inanga igisirimba, El_bethel ntiyabibagiwe kuko wa mucuranzi ukunzwe cyane 
muriyiminsi Bea arahabaye
                                                                                                                          Nimuze Tuvome kumigisha y'Imana
                                                                                                                                                                  

                                                                                                                                     by ; rushombo freddy           17/10/2014

Thursday, 16 October 2014

ubwicanyi bwindangakamere mugi hungu ca congo

Uyu mwana w'umuhungu yishwe aciwe umutwe nkuko mubireba muri iki gitondondo ca nakane i Ben kuminsi 16/10/2014 biravugwa ko yahitanwe ninyeshamba za ADF/NALLU
IMANA ngo n'umutunzi w'imbabazi ariko se murabona ko abakoze iri bara bazabwa izo mbabazi?iyi nkuru ibabaje itya turayikesha congo 24                                                                                                                                                                                                                ubwanditsi nakane kuminsi 16/10/2014 na rushombo freddy

Bombori bombori hagati y'abihaye Imana b'idini




  Bombori bombori hagati y'abihaye Imana b'idini 


ry'Abaporo ntibavuga rumwe na kiriziya Gaturika

Rwanda Isengesho Yasu yasengeye Intumwa ze ati Data 

watwese uri mwijuru, iri sengesho 

ntirivugwaho

Rumwe kubihaye imana bo mu Rwanda ibi byatangiye 

kuzana umwuka mubi mubihaye Imana, muri iryo

Sengesho bapfuyemo ijambo rivuga ngo (UDUHE 


IBYOKURYA BY'UYUMUNSI) kiriziya Gaturika niyo


Yabanje gusoha itangazo ibinyujije kuri Radio nkuru 


y'igihugu c'Urwanda ishamyi rya Rusizi ni muri

Cangugu ryagiraga riti guhera uyu munsi iri sengesho 

tugiye kurihindura twoye kongera gusenga tuvuga 

Ngo uduhe ibyokurya by'uyumunsi ngo kuko ibyokurya 

twabihawe rimwe turabihorana ngo ntampamvu yo 

Kongera gusaba kd twarabihawe

Ibi bikimara kujya hanze byamaganiwe kure n'ikanisa rya 

Zion Temple mu Rwanda aho ryasobanuye riti                   


 IByo ninzaduka kuko iri sengesho ryasenzwe na Yesu ati 

gusaba ibyokurya by'uyumunsi ningombwa kuko 

Tutazi ibizaba ejo, ati kandi yesu niwe citegererezo 

c'abizera ati ntampamvu yokuvugurura ibye

Wewe ubibona ute?


  •                                                             Yanditswe na ;  RUSHOMBO. Freddy



Wednesday, 15 October 2014

Muri Mozambique bazindukiye mu matora y'umukuru w'igihugu n'abadepite.




Afonso Dhlakama ari mu bahatanira umwanya w'umukuru w'igihugu
Afonso Dhlakama ari mu bahatanira umwanya w'umukuru w'igihugu.

Muri Mozambique bazindukiye mu matora y'umukuru w'igihugu n'abadepite.
Ishyaka rya Frelimo - riri ku butegetsi kuva muri 1975 - rihanganye ku buryo budasanzwe n'ishyaka bisanzwe bitavuga rumwe rya Renamo.
Umukuru wa Renamo, Afonso Dhlakama, yavuye mu bwihisho mu kwezi gushize maze ahita atangira ibikorwa byo kwiyamamariza umwanya w'umukuru w'igihugu ku munota wa nyuma amaze gusinyana na leta amasezerano y'amahoro.
Umukandida w'ishyaka riri ku butegetsi ni Filipe Nyusi wahoze ari ministri w'ingabo.
Mozambique ni kimwe mu bihugu bya Afurika bifite ubukungu bwiyongera cyane.

umuntu wa kabiri yanduye Ebola muri Texas

umuntu wa kabiri yanduye Ebola muri TexasHaciye amasaha 9


Ebola imaze guhitana abantu barenga ibihumbi bine
Ebola imaze guhitana abantu barenga ibihumbi bine.

Muri Leta zunze ubumwe za Amerika, muri leta ya Texas, habonetse umukozi wo mu buvuzi wa kabiri wanduye indwara ya Ebola.
Uwo aje akurikira umuforomokazi w’imyaka 26 y’amavuko urimo kuhavurirwa nyuma yaho yandujwe Ebola n’umugabo wo muri Liberia yavuraga akaza kwitaba imana mu cyumweru gishize.
Umwirondoro w’uyu mukozi wo mu buvuzi ntabwo wari wamenyekana ariko rero nawe ari mu bavuye uwo munyaliberia Thomas Duncan.
Abategetsi bo muri Leta zunze ubumwe za Amerika baravuga ko barimo gukurikiranira hafi abandi bantu 48 baba barahuye n’uwo munyaliberia n’abaganga bamuvuraga.
Ishami rya ONU ryita ku buzima – OMS – riravuga ko abantu 4447 aribo bamaze guhitanwa n’indwara ya Ebola, benshi muri bo bakaba biganje muri Afurika y’Uburengerazuba       


tura bikesha urubuga rwa bbc.gahunza.amakuru 
 thierry. gentil