Tuesday, 13 October 2015

Indege MH17 yarashwe na missile BUK 6

Umukuru w'ikigo kijejwe gusuzuma umutekano w'indege muri Hollande, Tjibbe Joustra, yavuze ko ibimenyetso vyatowe n'abahinga vyasanze igisasu co mu bwoko bwa missile "BUK 6" giterwa mu kirere caturikiye ku metero imwe y'ikibanza umudereva yicaramwo.
Avuga ko Ukraine yari kuba yugaye ikirere cayo ku ndege zitari izo intambara, aho yamenyesheje ko hari izindi ndege zitatu zari mu micungararo.
Izo ndege zose ngo zariko zigendera mu kerere zibaza ko kirimwo umutekano igihe indege MH17 yaraswa.
Umushikiranganji wa mbere w'ubu Hollande Mark Rutte, yasavye abategetsi b'Uburusiya kuzokorohereza abazokora itohoza mu nzira yo kwerekana abo icaha cagira.
Bwana Rutte avuga ko itohoza ku vyabaye kuri iyo ndege ya Ukraine yo mu bwoko bwa Boieng 777, ryagize inkurikizi ku migenderanire hagati y'ubu Hollande n'ubu Rusiya.
Mu ntango z'uyu mwaka, abo mu ruganda rwakoze ico gisasu, Almaz-Antey, bavuze ko ubwo bwoko bwa BUK bwarashe iyo ndege ya Malaysia mu kwezi kw'indwi umwaka uheze, butagikoreshwa mu gisirikare c'Uburusiya, kandi ko buri mu birwanisho vya Ukraine.

Ubwicanyi mu banya Isreal na Palestina

Abantu babiri bateye muri bisi batangura gutera ivyuma abarimwo mu buseruko bwa Yerusalemu, bicamwo babiri abandi barakomereka.
Haciye akanya gato, uwundi yafashe imodokari yiwe ayihindira mu kibanza gihagararamwo ama bisi, imbere yo gutangura gutera abantu imbugita.
Yishemwo umwe aho nyene abandi barakomereka.
Ikindi gitero cabereye hafi ya Tel Aviv, aho video yafashwe n'abahita yerekanye uwari yateye ariko arakubitwa yongera aterwa imigere n'abarengana.
Muri kuno kwezi gusa, hamaze kuba ibitero bigera kuri 12 hagati y'abanya Isreal n'abanya Palestina, aho hari icuka kibi gifatiye ku gupfa uburenganzira bwo gushika ku bibanza vyeranda. tuyikesha BBC

Sunday, 11 October 2015

ITANGAZO

Karangwa Gaspard
Mwiriwe Tubifurijekugira Iyinga ryiza mwese bakunzi b'IMURENGEHEZA murwego rwo kwiyubaha  Nokubaha  abandi Umuntu gaspard KARANGWA ukoresha ikinyama kuru  AMAKURUKI .Nta contract dufitanye kandi nta nubwo tukuzi bivuze ngo Ibyo ukorera kuri WALL y'IMURENGEHEZA  ntabwo bikenewe nta nubwo byishimiwe .kubwiyo mpanvu wakorera iwawe bitaduteranya n'abantu . murakoze 

Tuesday, 8 September 2015

Burundi:Umuvugizi wa UPD-Zigamibanga yishwe

Mu gipolisi bavuga ko yarashwe n'abantu bataramenyekana bamutegereye atashe iwe igihe c'isaha zine z'ijoro.
Umukuru w'uwo mugambwe UPD, Zed Feruzi nawe nyene yishwe arashwe mu kwezi kwa gatanu.
Hari n'ibindi biziga bibiri vyatowe mu gitondo c'uno munsi mu buraruko bw'igisagra ca Bujumbura nk' uko bitangazwa n' igipolisi c'Uburundi.
Kimwe catowe mu ruzi Nyabagere ruca mu ma komine ya Kamenge na Cibitoke, ikindi naco muri komine Cibitoke.
Abantu bakomeje kwicwa abandi baharurwa mu bihumbi barahunze igihugu kuva mu kwezi kwa kane, igihe hatangura imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca perezida Pierre Nkuruniza.

Thursday, 3 September 2015

BGN.Banyamurenge Global Network.

Image result for imurenge
{BGN} Banyamurenge Global Network numu ryango Ukuriye indi miryango yose yabanyamurenge kw'Isi  ndetse ukab' umaze umwaka urengaho gato utangiye ,ukaba ukorera mu
bihugu byose kw'Isi ahari hohose haba hatuye  Umunyamurenge 

Uyumuryango kandi  Ukaba ufite Intego  yoguteza Imbere  Umunyamurenge wese   nakarere   IMURENGE .

Umuryango BANYAMURENGE GLOBAL NETWORK  ukaba   ntaho ubangamiye Mubikorwa byibindi bihungu haba Ibyo mukarere  ndetse  nahandi kw'Isi.  

Kurubu bakaba fitanyije  mugikorwa  co kurenganura  Inzira karengane zaguye mugatumba Mugihugu cy'Uburundi .INKUNGA YAWE IRAKENEWE murakoze!!!!!!!

Thursday, 6 August 2015

9 DAYS UNTI THE 2015 MEMORIAL BANYA MURENGE # AUGUST 15-16.2015


Image result for agato rwasa

Eleventh Annual Gatumba Massacre Memorial Gathering 2015

Open to the Public

THEME: “Memory, Justice and Reform in the Great Lakes Region of Africa”

Immediate action to be taken: Arrest Agathon Rwasa and Pasteur Habimana to allow reconciliation.

Monday, 3 August 2015

HABURA IIMINSI MIKE ABANYAMURENGE KWISI YOSE BAKIBUKA ABABO BAGUYE MUGATUMBA NTIKIZASAZA NTIKIZABORA ATARASHIKIRIZWA UBUTABERA

Mugihe hasigaje iminsi mike aba nyamurenge baki buka ababo baguye mugihugu cy'Uburundi  Uburundi bwo na mahanga Abanyamurenge  bakomeje kunenga ubuyo bozi bw'Icyo gihugu Ukuntu AGATO akomeje kwidegembya muri icyo gihugu aho kumuha ubutabera bamuhemba Imirimo myiza . , Abanyamurenge niko bakomeje kubwira Amahanga ndetse n'Ubutabera ko bwakora akazi kabwo RWASA agafatwa, Akaryo zwa Ubwica nyi bwindenga kamere ni yica rubozo yakoreye  abanyamurenge  mugihe bari bahungiye mur'Icyo gihugu.Mu mwaka wa 2004. ahapfuye abarenga  amagana
Tubi butse ko RWASA yahaN we Umwe mu myanya Ikomeye muri Leta.

Icyaha cya GATUMBA NTIKIZASAZA cg KIMUNGWEcg KIBORE cg KIZANE INGESI.